ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Ibi ni vyo bishingantahe+ n’ingingo nyobozi+ be n’ingingo z’ubutungane+ Musa yabwiye bene Isirayeli igihe bava mu Misiri,

  • Gusubira mu vyagezwe 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Uko bigenda kwose, mukwiye kugumya amabwirizwa ya Yehova Imana yanyu+ n’ibishingantahe vyiwe+ n’ingingo nyobozi ziwe+ yagutegetse+.

  • 1 Abami 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Uze ugumye ico Yehova Imana yawe asaba, mu kugendera mu nzira ziwe+, mu kugumya ivyagezwe vyiwe, amabwirizwa yiwe n’ingingo z’ubutungane* ziwe+ be n’ibishingantahe vyiwe, ukurikije ivyanditswe mw’itegeko rya Musa+, kugira ngo ukorane ukwigengesera mu kintu cose uzokora n’ahantu hose uzoja;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika