1 Ngoma 16:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Hahezagirwe Yehova ya Mana ya Isirayeli kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+.’”Nuko abantu bose bavuga bati: “Amen!” bongera bashemeza Yehova+. Zaburi 134:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimutarike amaboko yanyu mu bweranda+,Muhezagire Yehova+. Zaburi 145:1 Bibiliya y’isi nshasha 145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+. Abanyefeso 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hahezagirwe Imana ari yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu+, kuko yaduhezagije+ umuhezagiro wose wo mu vy’impwemu mu bibanza vyo mw’ijuru+ mu bumwe na Kristu,
36 Hahezagirwe Yehova ya Mana ya Isirayeli kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+.’”Nuko abantu bose bavuga bati: “Amen!” bongera bashemeza Yehova+.
145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.
3 Hahezagirwe Imana ari yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu+, kuko yaduhezagije+ umuhezagiro wose wo mu vy’impwemu mu bibanza vyo mw’ijuru+ mu bumwe na Kristu,