ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 28:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,

      Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+.

  • Zaburi 141:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,

      Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.

  • Gucura intimba 3:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Umutima wacu tuwudugirize rimwe n’ibiganza vyacu ku Mana mu majuru+, tuvuge duti:

  • 2 Abakorinto 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko iki ari co twirata, ari na co ijwi ryacu ryo mu mutima rishingira intahe+: ni uko mw’isi, ariko na canecane kuri mwebwe, twagendeye mu bweranda no mu kutagira uburyarya gushimwa n’Imana, atari mu bukerebutsi bw’umubiri+, ahubwo mu buntu ata wari abukwiriye bw’Imana.

  • 1 Timoteyo 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ndashaka rero yuko ahantu hose abagabo bashishikara gusenga, bataritse amaboko adahemuka+, ata burake+ n’impari+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika