Kuvayo 29:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Uzoshikana impfizi y’intama ikiri nto imwe mu gitondo+, iyindi mpfizi y’intama ikiri nto na yo uyishikane hagati ya ya migoroba ibiri+. Zaburi 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+. Zaburi 63:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gutyo nzoguhezagira nkiriho+;Mw’izina ryawe nzoduza ibiganza vyanje+. Zaburi 134:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nimutarike amaboko yanyu mu bweranda+,Muhezagire Yehova+. 1 Timoteyo 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndashaka rero yuko ahantu hose abagabo bashishikara gusenga, bataritse amaboko adahemuka+, ata burake+ n’impari+.
39 Uzoshikana impfizi y’intama ikiri nto imwe mu gitondo+, iyindi mpfizi y’intama ikiri nto na yo uyishikane hagati ya ya migoroba ibiri+.
2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+.
8 Ndashaka rero yuko ahantu hose abagabo bashishikara gusenga, bataritse amaboko adahemuka+, ata burake+ n’impari+.