ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Nimwarondera koko Yehova Imana yawe muri hiyo, ntuzobura rero kumuronka+, kuko uzobaza ivyiwe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose+.

  • 2 Ngoma 7:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 maze abantu banje+ bitiriwe izina ryanje+ bakicisha bugufi+ bagasenga+, bakarondera mu maso hanje+ bagahindukira bakava mu nzira zabo mbi+, nzokwumva rero ndi mu majuru+, mbabarire igicumuro cabo+, nkize igihugu cabo+.

  • 2 Ngoma 34:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 kubera ko umutima wawe+ waciye woroha ku buryo wicisha bugufi+ kubera Imana aho wumviye amajambo yayo yerekeye aha hantu n’abahaba, maze ukicisha bugufi imbere yanje+, ugatantamura+ impuzu zawe hanyuma ukaririra imbere yanje, nanje numvise+, ni ko Yehova avuze.

  • Zaburi 28:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,

      Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+.

  • Zaburi 119:58
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  58 Nagutakambiye* n’umutima wanje wose+.

      Nungirire ubutoni nk’uko ijambo ryawe riri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika