ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Musa aca atangura gutakambira* Yehova Imana yiwe+, ati: “Kubera iki ga Yehova, ishavu ryawe+ ryokwirirwa rirarurumbira abantu bawe wakuye mu gihugu ca Misiri ku bubasha buhambaye no ku kiganza gikomeye?

  • 2 Ngoma 34:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 kubera ko umutima wawe+ waciye woroha ku buryo wicisha bugufi+ kubera Imana aho wumviye amajambo yayo yerekeye aha hantu n’abahaba, maze ukicisha bugufi imbere yanje+, ugatantamura+ impuzu zawe hanyuma ukaririra imbere yanje, nanje numvise+, ni ko Yehova avuze.

  • Zaburi 51:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ibimazi bihabwa Imana ni umutima umenaguritse+;

      Umutima umenaguritse kandi ujanjaguritse, ewe Mana, ntuzowusuzugura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika