ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 22:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 kubera ko umutima wawe+ waciye woroha ku buryo wicisha bugufi+ kubera Yehova aho wumviye ivyo navuze kuri aha hantu no ku bahaba ko hazoba akajoreza n’umuvumo+, maze ugatantamura+ impuzu zawe hanyuma ugatangura kuririra imbere yanje, nanje numvise,” ni ko Yehova avuze+.

  • Zaburi 34:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yehova ari hafi y’ab’umutima umenetse+;

      Kandi abajanjaguritse mu mutima arabakiza+.

  • Yesaya 57:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko ibi ari vyo avuze, Umwe akirurutse kandi ari hejuru+, umwe abaho ibihe bidahera+ kandi izina ryiwe rikaba ari ryeranda+: “Ahakirurutse n’aheranda ni ho mba+, kumwe kandi n’uwajanjaguwe, w’impwemu iciye bugufi, ngo ngarurire agatege impwemu y’abaciye bugufi+, ngarurire agatege umutima w’abajanjagurwa+.

  • Luka 18:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo wa mutozakori, ahagaze nka hariya, ntiyagomba no kuraramura amaso yiwe ngo arabe mw’ijuru, mugabo aguma yikubita ku gikiriza+, avuga ati: ‘Ewe Mana, ngirira impuhwe jewe umucumuzi+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika