-
Luka 23:48Bibiliya y’isi nshasha
-
-
48 Maze amasinzi yose yari akoraniye ng’aho ku bw’ico kintu ngo abone ibibaye, atangura guhindukira, yikubitagura ku gikiriza.