2 Ngoma 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aguma ayisenga, ku buryo Imana yemera ko ayinginga+ maze yumva ugusaba ubutoni kwiwe, imusubiza i Yeruzalemu ku ngoma yiwe+; nuko Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+. Zaburi 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko atasuzuguye+Canke ngo aterwe ishishi n’amarushwa y’umurushwa+;Kandi ntiyamuhishije mu maso hiwe+,Kandi igihe yamutabaza yarumvise+. Zaburi 119:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nagutakambiye* n’umutima wanje wose+.Nungirire ubutoni nk’uko ijambo ryawe riri+. Imigani 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+. Luka 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo se abwira abashumba biwe ati: ‘Nyarutsa muzane ikanzu, nziza kuruta izindi zose, muyimwambike+, mumushire n’impeta+ ku kuboko, n’inkweto ku birenge.
13 Aguma ayisenga, ku buryo Imana yemera ko ayinginga+ maze yumva ugusaba ubutoni kwiwe, imusubiza i Yeruzalemu ku ngoma yiwe+; nuko Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+.
24 Kuko atasuzuguye+Canke ngo aterwe ishishi n’amarushwa y’umurushwa+;Kandi ntiyamuhishije mu maso hiwe+,Kandi igihe yamutabaza yarumvise+.
13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.
22 Mugabo se abwira abashumba biwe ati: ‘Nyarutsa muzane ikanzu, nziza kuruta izindi zose, muyimwambike+, mumushire n’impeta+ ku kuboko, n’inkweto ku birenge.