Zakariya 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko uno arishura, abwira abari bahagaze imbere yiwe ati: “Nimumukure izo mpuzu zicafuye.” Maze amubwira ati: “Raba ngukuyeko ikosa ryawe+, kandi ugira wambikwe amakanzu y’imararubanza+.”
4 Nuko uno arishura, abwira abari bahagaze imbere yiwe ati: “Nimumukure izo mpuzu zicafuye.” Maze amubwira ati: “Raba ngukuyeko ikosa ryawe+, kandi ugira wambikwe amakanzu y’imararubanza+.”