ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 nk’uko vyari bisanzwe bigenda mw’ibanga ry’ubuherezi, yari aramukiwe gushikana imibavu*+ igihe yinjira aheranda ha Yehova+;

  • Ivyahishuwe 5:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Maze atoye nya muzingo, vya binyabuzima bine na ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ bikubita hasi imbere ya wa Mwagazi w’intama, umwe wese muri bo afise inanga+ n’amabakure y’inzahabu yuzuye imibavu*+, nya mibavu ikaba igereranya amasengesho+ y’aberanda.

  • Ivyahishuwe 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Hanyuma uwundi mumarayika arashika ahagarara imbere y’igicaniro+, afise icotezo c’imibavu c’inzahabu; ahabwa imibavu+ myinshi kugira ngo ayishikane iri kumwe n’amasengesho y’aberanda bose ku gicaniro c’inzahabu cari imbere ya ya ntebe y’ubwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika