Zaburi 141:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+. Ivyahishuwe 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze umwotsi wa nya mibavu uraduga imbere y’Imana uvuye mu kuboko kwa wa mumarayika uri kumwe n’amasengesho+ y’aberanda.
2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.
4 Maze umwotsi wa nya mibavu uraduga imbere y’Imana uvuye mu kuboko kwa wa mumarayika uri kumwe n’amasengesho+ y’aberanda.