Zaburi 141:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+. Luka 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kandi abantu indiri bose bo muri ico gisata bariko barasengera hanze kw’isaha yo gushikana imibavu+. 1 Petero 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.
2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.
10 kandi abantu indiri bose bo muri ico gisata bariko barasengera hanze kw’isaha yo gushikana imibavu+.
7 Mugabo iherezo ry’ibintu vyose riregereje+. Mube abaroranye mu muzirikanyi+ rero, kandi mugume murikanuye ku bw’amasengesho+.