Yosuwa 15:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mwene wabo na Kalebu, arahafata. Amuha rero Akisa+ umukobwa wiwe ngo amubere umugore. Abacamanza 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+, arahafata. Ku bw’ivyo amuha Akisa umukobwa wiwe ngo amubere umugore+.
17 Nuko Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mwene wabo na Kalebu, arahafata. Amuha rero Akisa+ umukobwa wiwe ngo amubere umugore.
13 Nuko Otiniyeli+ mwene Kenazi+, mutoyi wa Kalebu+, arahafata. Ku bw’ivyo amuha Akisa umukobwa wiwe ngo amubere umugore+.