ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Aroni aze agifumbishirizeko umwotsi+ imibavu imota neza+. Buri gitondo, igihe atunganya ya matara+, azoyifumbisha umwotsi.

  • 2 Ngoma 26:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze bahagurukira Uziya umwami+, bamubwira bati: “Ewe Uziya, si igikorwa cawe+ guturirira Yehova imibavu, ahubwo guturira imibavu ni igikorwa c’abaherezi bene Aroni+, abejejwe. Sohoka uve aheranda, kuko wahemutse, kandi ivyo nta buninahazwa+ buvuye kuri Yehova Imana biguhesha.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika