1 Ngoma 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Dawidi abwira Yowabu+ n’abakuru b’abantu ati: “Gende muharure+ Isirayeli kuva i Beyeri-sheba+ gushika i Dani+ muheze munzanire ivyo mwaharuye kugira ngo menye igitigiri cabo+.”
2 Nuko Dawidi abwira Yowabu+ n’abakuru b’abantu ati: “Gende muharure+ Isirayeli kuva i Beyeri-sheba+ gushika i Dani+ muheze munzanire ivyo mwaharuye kugira ngo menye igitigiri cabo+.”