Abaheburayo 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kubera ukwizera, Henoki+ yarimuwe kugira ngo ntabone urupfu, kandi nta hantu na hamwe yaboneka kubera ko Imana yari yamwimuye+; kuko imbere y’ukwimurwa kwiwe yashingiwe intahe yuko yari yahimbaye Imana rwose+. Yuda 14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Egome, Henoki+ umwe agira indwi guhera kuri Adamu, na we nyene yaravuze ubuhanuzi ku biberekeye, igihe yavuga ati: “Ehe! Yehova yazananye n’aberanda biwe ibihumbi mirongo+,
5 Kubera ukwizera, Henoki+ yarimuwe kugira ngo ntabone urupfu, kandi nta hantu na hamwe yaboneka kubera ko Imana yari yamwimuye+; kuko imbere y’ukwimurwa kwiwe yashingiwe intahe yuko yari yahimbaye Imana rwose+.
14 Egome, Henoki+ umwe agira indwi guhera kuri Adamu, na we nyene yaravuze ubuhanuzi ku biberekeye, igihe yavuga ati: “Ehe! Yehova yazananye n’aberanda biwe ibihumbi mirongo+,