Abacamanza 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Abafilisitiya baramufata, bamunogora amaso+ baraheza bamumanukana i Gaza+, bamubohesha amapingu abiri y’umujumpu+; aba umusyi+ mu nzu y’ibohero+. Abacamanza 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!”
21 Nuko Abafilisitiya baramufata, bamunogora amaso+ baraheza bamumanukana i Gaza+, bamubohesha amapingu abiri y’umujumpu+; aba umusyi+ mu nzu y’ibohero+.
23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!”