1 Samweli 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Nahashi Umwamoni ababwira ati: “Nimwemera iki kintu ni ho nzorigirana namwe: nimwemera nkabanogora+ ijisho ryanyu ry’iburyo ryose, nanje nzotegerezwa kubishira kuri Isirayeli yose biyibere iceyi+.” 2 Abami 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+.
2 Mugabo Nahashi Umwamoni ababwira ati: “Nimwemera iki kintu ni ho nzorigirana namwe: nimwemera nkabanogora+ ijisho ryanyu ry’iburyo ryose, nanje nzotegerezwa kubishira kuri Isirayeli yose biyibere iceyi+.”
7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+.