1 Samweli 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Sauli akiriko aravugana na nya muherezi+, wa muvurungano wari mw’ikambi y’Abafilisitiya urabandanya, urushiriza gukomera. Maze Sauli abwira uwo muherezi ati: “Kurayo ukuboko kwawe.”
19 Sauli akiriko aravugana na nya muherezi+, wa muvurungano wari mw’ikambi y’Abafilisitiya urabandanya, urushiriza gukomera. Maze Sauli abwira uwo muherezi ati: “Kurayo ukuboko kwawe.”