Itanguriro 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Tera na we abaho imyaka mirongo irindwi, inyuma y’aho avyara Aburamu+, Nahori+ na Harani. Itanguriro 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.
7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.