1 Abami 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Benaya+ mwene Yehoyada yari umukuru w’ingabo+, Zadoki na Abiyatari+ na bo bakaba abaherezi; 1 Ngoma 27:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umukuru w’umugwi w’abakora igikorwa ugira gatatu ku bw’ukwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
5 Umukuru w’umugwi w’abakora igikorwa ugira gatatu ku bw’ukwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.