1 Abami 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Natani+ umuhanuzi na Shimeyi+ na Reyi n’abagabo b’abanyenkomezi+ ba Dawidi, ntibifatanya+ na Adoniya. 1 Ngoma 27:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umukuru w’umugwi w’abakora igikorwa ugira gatatu ku bw’ukwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
8 Nayo Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Natani+ umuhanuzi na Shimeyi+ na Reyi n’abagabo b’abanyenkomezi+ ba Dawidi, ntibifatanya+ na Adoniya.
5 Umukuru w’umugwi w’abakora igikorwa ugira gatatu ku bw’ukwezi kugira gatatu yari Benaya+ mwene Yehoyada+ umukuru w’abaherezi; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.