1 Samweli 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uruti rw’icumu ryiwe rwari rumeze nk’igiti kizingirwako inyuzi c’abajishi b’impuzu+, icuma c’icumu ryiwe na co kikaba cari shekeli z’icuma amajana atandatu; kandi uwatwara inkinzo yagutse yagendera imbere yiwe.
7 Uruti rw’icumu ryiwe rwari rumeze nk’igiti kizingirwako inyuzi c’abajishi b’impuzu+, icuma c’icumu ryiwe na co kikaba cari shekeli z’icuma amajana atandatu; kandi uwatwara inkinzo yagutse yagendera imbere yiwe.