Abacamanza 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abandanya kubwira umusuku wiwe ati: “Ingo twegere kimwe muri biriya bibanza, turare i Gibeya canke i Rama+.”
13 Abandanya kubwira umusuku wiwe ati: “Ingo twegere kimwe muri biriya bibanza, turare i Gibeya canke i Rama+.”