ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 18:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Gibeyoni+ na Rama na Beyeroti,

  • 1 Abami 15:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Bayasha umwami wa Isirayeli aduga rero gutera Yuda maze atangura kwubaka Rama+, kugira ngo ntakundire umuntu n’umwe gusohoka canke kwinjira kwa Asa umwami wa Yuda+.

  • Nehemiya 11:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 i Hazori, i Rama+, i Gitayimu+,

  • Yeremiya 40:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, aho Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima amariye kumurungika amukuye i Rama+, igihe yamutora aboheshejwe amapingu hagati mu bagizwe inyagano bose ba Yeruzalemu n’aba Yuda, abari bajanywe mu bunyagano i Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika