ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 12:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Aba bantu nibabandanya kuduga guhereza ibimazi mu nzu ya Yehova i Yeruzalemu+, umutima w’aba bantu ntuzobura rero gusubira ku mukama wabo, Rehobowamu umwami wa Yuda; kandi bazonyica ata gukeka+ hanyuma basubire kuri Rehobowamu umwami wa Yuda.”

  • 2 Ngoma 11:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuko Abalewi bavuye mu matongo y’uburagiriro yabo+ no mu vyabo+ bakaza muri Yuda n’i Yeruzalemu+, kubera ko Yerobowamu+ n’abahungu biwe bari babakomboye+ kugira ngo ntibakorere Yehova ari abaherezi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika