2 Samweli 3:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko abantu bose barabibona, maze biba vyiza mu maso yabo. Nk’uko vyari ku kintu cose umwami yakora, ivyo biba vyiza mu maso y’abantu bose+.
36 Nuko abantu bose barabibona, maze biba vyiza mu maso yabo. Nk’uko vyari ku kintu cose umwami yakora, ivyo biba vyiza mu maso y’abantu bose+.