Kuvayo 37:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze acisha nya miniho muri vya bigōmbo ku mpande z’Isandugu ku bwo kurerura nya Sandugu+. 1 Samweli 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ubu rero nimukore umukogote mushasha+ hanyuma mufate inka zibiri zonsa, zitagiyeko ingǒgo*+, mwambike nya nka uwo mukogote muheze musubize i muhira inyana zazo zoye kuzikurikira.
7 Ubu rero nimukore umukogote mushasha+ hanyuma mufate inka zibiri zonsa, zitagiyeko ingǒgo*+, mwambike nya nka uwo mukogote muheze musubize i muhira inyana zazo zoye kuzikurikira.