ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ariko buriza isandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+, kugira bayitware bayikuye mu nzu ya Abinadabu+ yari ku murambi; Uza na Ahiyo+, bene Abinadabu, bari bayoboye uwo mukogote mushasha.

  • 1 Ngoma 13:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ariko buriza isandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+ bayikuye mu nzu ya Abinadabu, Uza na Ahiyo+ bakaba ari bo bari bayoboye uwo mukogote.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika