1 Ngoma 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko buriza isandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+ bayikuye mu nzu ya Abinadabu, Uza na Ahiyo+ bakaba ari bo bari bayoboye uwo mukogote.
7 Ariko buriza isandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+ bayikuye mu nzu ya Abinadabu, Uza na Ahiyo+ bakaba ari bo bari bayoboye uwo mukogote.