2 Samweli 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko buriza isandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+, kugira bayitware bayikuye mu nzu ya Abinadabu+ yari ku murambi; Uza na Ahiyo+, bene Abinadabu, bari bayoboye uwo mukogote mushasha.
3 Ariko buriza isandugu y’Imana y’ukuri ku mukogote mushasha+, kugira bayitware bayikuye mu nzu ya Abinadabu+ yari ku murambi; Uza na Ahiyo+, bene Abinadabu, bari bayoboye uwo mukogote mushasha.