ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Uze ucishe iyo miniho muri ivyo bigōmbo ku mpande z’Isandugu, kugira bayireruze iyo Sandugu.

  • Guharura 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mugabo bene Kohati ntiyagira ico abaha, kuko bari bajejwe igikorwa c’ahantu heranda+. Batwarira ibintu ku rutugu+.

  • Yosuwa 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko aho abantu baviriye mu mahema yabo, imbere gatoyi y’uko bajabuka Yorodani, imbere yabo hakaba hari abaherezi bareruye isandugu+ y’isezerano,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika