ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Kandi baze bakore Isandugu y’igiti c’umunyinya+, uburebure bwayo bube amatambwe* abiri n’igice, ubwaguke bwayo itambwe n’igice, amahagarara yayo na yo itambwe n’igice.

  • Yosuwa 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Yosuwa abwira abaherezi ati: “Nimutore isandugu y’isezerano+ hanyuma mugende imbere y’abantu.” Batora rero isandugu y’isezerano hanyuma baja imbere y’abantu.

  • Ivyakozwe 7:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Kandi ba sogokuruza bacu barisigaranye, na bo nyene bararizanye bari kumwe na Yosuwa+ baryinjiza mu gihugu cagabwa n’amahanga+, ayo Imana yirukanye imbere ya ba sogokuruza bacu+. Aho ni ho ryagumye gushika mu misi ya Dawidi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika