Gusubira mu vyagezwe 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Kandi shinga igikorwa+ Yosuwa, umuremeshe wongere umukomeze, kuko ari we azojabuka+ imbere y’aba bantu, kandi ni we azotuma batorana igihugu uza kubona+.’ Gusubira mu vyagezwe 31:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehova Imana yawe ni we azojabuka imbere yawe+. Ubwiwe azozimanganya ayo mahanga imbere yawe, kandi utegerezwa kuyirukana+. Yosuwa ni we azojabuka imbere yawe+, nk’uko Yehova yavuze. Yosuwa 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko aho abantu baviriye mu mahema yabo, imbere gatoyi y’uko bajabuka Yorodani, imbere yabo hakaba hari abaherezi bareruye isandugu+ y’isezerano,
28 Kandi shinga igikorwa+ Yosuwa, umuremeshe wongere umukomeze, kuko ari we azojabuka+ imbere y’aba bantu, kandi ni we azotuma batorana igihugu uza kubona+.’
3 Yehova Imana yawe ni we azojabuka imbere yawe+. Ubwiwe azozimanganya ayo mahanga imbere yawe, kandi utegerezwa kuyirukana+. Yosuwa ni we azojabuka imbere yawe+, nk’uko Yehova yavuze.
14 Nuko aho abantu baviriye mu mahema yabo, imbere gatoyi y’uko bajabuka Yorodani, imbere yabo hakaba hari abaherezi bareruye isandugu+ y’isezerano,