ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 27:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Niwitorere Yosuwa mwene Nuni, umugabo arimwo impwemu+, maze umurambikeko ikiganza cawe+;

  • Gusubira mu vyagezwe 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kandi shinga igikorwa+ Yosuwa, umuremeshe wongere umukomeze, kuko ari we azojabuka+ imbere y’aba bantu, kandi ni we azotuma batorana igihugu uza kubona+.’

  • Yosuwa 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Musa umusavyi wanje yapfuye+; ubu rero haguruka, ujabuke uru ruzi Yorodani, wewe n’aba bantu bose, mwinjire mu gihugu ngira ndabahe, egome, ico ngira mpe bene Isirayeli+.

  • Yosuwa 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuri uwo musi Yehova agira Yosuwa uwukomeye mu maso ya Isirayeli yose+, maze baramutinya, nk’uko nyene bari baratinye Musa, imisi yose y’ubuzima bwiwe+.

  • Ivyakozwe 7:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Kandi ba sogokuruza bacu barisigaranye, na bo nyene bararizanye bari kumwe na Yosuwa+ baryinjiza mu gihugu cagabwa n’amahanga+, ayo Imana yirukanye imbere ya ba sogokuruza bacu+. Aho ni ho ryagumye gushika mu misi ya Dawidi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika