Zaburi 119:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umutima wanje ujanjaguwe n’ugucambirwa+Ingingo zawe z’ubutungane igihe cose+.