Gusubira mu vyagezwe 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+, Gusubira mu vyagezwe 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Umusi umwana wawe yokubaza muri kazoza+, ati: ‘Ibishingantahe n’ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yacu yagutegetse bisobanura iki?’, Zaburi 105:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwibuke ibikorwa vyiwe vy’agatangaza yaranguye+,Ibitangaro vyiwe n’ingingo z’ubutungane z’akanwa kiwe+,
35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,
20 “Umusi umwana wawe yokubaza muri kazoza+, ati: ‘Ibishingantahe n’ingingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane Yehova Imana yacu yagutegetse bisobanura iki?’,
5 Nimwibuke ibikorwa vyiwe vy’agatangaza yaranguye+,Ibitangaro vyiwe n’ingingo z’ubutungane z’akanwa kiwe+,