1 Ngoma 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Dawidi avuga ko bakoranya ba kavamahanga+ bari mu gihugu ca Isirayeli, maze abagira ababaji b’amabuye+ kugira ngo babaze amabuye+ y’ikwadarato yo kwubaka inzu y’Imana y’ukuri.
2 Nuko Dawidi avuga ko bakoranya ba kavamahanga+ bari mu gihugu ca Isirayeli, maze abagira ababaji b’amabuye+ kugira ngo babaze amabuye+ y’ikwadarato yo kwubaka inzu y’Imana y’ukuri.