Itanguriro 36:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Oholibama na we avyara Yewushi na Yalamu na Kora+. Abo ni bo bene Esawu, abo yavyariwe mu gihugu ca Kanani. Itanguriro 36:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi aba ni bo bana ba Oholibama umukobwa wa Ana, umwuzukuru wa Zibeyoni, umugore wa Esawu, abo yavyariye Esawu: Yewushi na Yalamu na Kora+.
5 Oholibama na we avyara Yewushi na Yalamu na Kora+. Abo ni bo bene Esawu, abo yavyariwe mu gihugu ca Kanani.
14 Kandi aba ni bo bana ba Oholibama umukobwa wa Ana, umwuzukuru wa Zibeyoni, umugore wa Esawu, abo yavyariye Esawu: Yewushi na Yalamu na Kora+.