Imigani 25:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umukangirizi akorana ubukerebutsi ni ihereni ry’inzahabu, akaba n’agasharizo k’inzahabu idasanzwe, ku gutwi kwumva+. Mika 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Ewe nzu ya Yakobo+, vyoba bivugwa ngo: “Impwemu ya Yehova yoba itahimbawe, canke ukwo kwoba ari ko akora+?” Mbega amajambo yanje ntagirira neza+ uwugenda agororotse +?
12 Umukangirizi akorana ubukerebutsi ni ihereni ry’inzahabu, akaba n’agasharizo k’inzahabu idasanzwe, ku gutwi kwumva+.
7 “‘Ewe nzu ya Yakobo+, vyoba bivugwa ngo: “Impwemu ya Yehova yoba itahimbawe, canke ukwo kwoba ari ko akora+?” Mbega amajambo yanje ntagirira neza+ uwugenda agororotse +?