ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Numvise ivyo abahanuzi bavuga ubuhanuzi bw’ikinyoma mw’izina ryanje+ bavuze, ngo: ‘Narose! Narose+!’

  • Mika 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Ibi ni vyo Yehova avuze ku bahanuzi batuma abantu banje bayerera+, abaronka ico bahekenya n’amenyo yabo+ maze bagasemerera bati: ‘Ni amahoro+!’, ariko iyo umuntu atagize ico abashira mu kanwa bagaca beza intambara ngo bamurwanye; egome, ibi ni vyo avuze+ ati:

  • 2 Petero 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ariko rero harabayeho kandi abahanuzi b’ikinyoma mu bantu, nk’uko kandi hazobaho abigisha b’ikinyoma muri mwebwe+. Abo nyene bazokwinjiza mu mpisho imice isambura, kandi bazokwihakana mbere shebuja yabaguze+, ubwabo bikwegere agatikizo kanyaruka.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika