1 Samweli 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Abagabo ba Isirayeli bari bamerewe nabi kuri uwo musi, yamara Sauli arahiza abantu+ ati: “Aravumwe umuntu aza kugira ico ariye imbere yo ku mugoroba, gushika nihoye+ abansi banje!” Nuko ntihagira n’umwe mu bantu agira ico ahonja+. Matayo 26:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!”
24 Abagabo ba Isirayeli bari bamerewe nabi kuri uwo musi, yamara Sauli arahiza abantu+ ati: “Aravumwe umuntu aza kugira ico ariye imbere yo ku mugoroba, gushika nihoye+ abansi banje!” Nuko ntihagira n’umwe mu bantu agira ico ahonja+.
63 Mugabo Yezu aguma acereje+. Nuko umuherezi mukuru amubwira ati: “Ndakurahije Imana nzima+ utubwire ko woba uri Kristu+ Umwana w’Imana!”