2 Samweli 24:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze Dawidi yubakira igicaniro+ Yehova ng’aho, hanyuma ashikana ibimazi biturirwa n’ibimazi vy’ugusangira, maze Yehova yemera kwingingwa+ ku bw’igihugu, ku buryo nya kiza gihagarikwa kikava kuri Isirayeli. 1 Ngoma 21:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nya mumarayika wa Yehova na we abwira Gadi+ ngo abwire Dawidi aduge gushingira igicaniro Yehova ku mbuga y’ikubitiro ya Orunani Umuyebusi+.
25 Maze Dawidi yubakira igicaniro+ Yehova ng’aho, hanyuma ashikana ibimazi biturirwa n’ibimazi vy’ugusangira, maze Yehova yemera kwingingwa+ ku bw’igihugu, ku buryo nya kiza gihagarikwa kikava kuri Isirayeli.
18 Nya mumarayika wa Yehova na we abwira Gadi+ ngo abwire Dawidi aduge gushingira igicaniro Yehova ku mbuga y’ikubitiro ya Orunani Umuyebusi+.