Kuvayo 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+. 2 Samweli 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 avuga rero ati:“Yehova ni we rutare+ rwanje, igihome canje gikomeye+ akaba na we ankiza+. Zaburi 103:1 Bibiliya y’isi nshasha 103 Mutima wanje, hezagira Yehova+,Nawe ikiri muri jewe cose, hezagira izina ryiwe ryeranda+.
2 Inkomezi zanje n’ubushobozi bwanje ni Ya*+, kuko ambera ubukiriro+.Iyi ni yo Mana yanje, nanje nzoyihaya+; ni Imana ya data+, nanje nzoyiduza hejuru+.