ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Ahaziya agwa hasi+ aciye mu kayungiro ko mu cumba ciwe co hejuru+ cari i Samariya hanyuma ararwara. Atuma rero intumwa, azibwira ati: “Nimugende musiguze+ Bayali-zebubi+ imana ya Ekuroni+ nimba nzokira iyi ndwara+.”

  • 2 Abami 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko amubwira ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ko watumye intumwa+ gusiguza Bayali-zebubi imana ya Ekuroni+, mbega ni kubera yuko ata Mana iriho namba muri Isirayeli yosiguzwa ijambo? Ku bw’ivyo, uburiri wuriyeko ntuzobumanukako, kuko uzopfa ata kabuza.’”

  • 2 Ngoma 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko Yehu+ mwene Hanani+ umubonyi+ arasohoka aja imbere yiwe, abwira Umwami Yehoshafati ati: “Mbega umubisha ni we yari akwiye gutabarwa+? Abanka+ Yehova ni bo ukwiye gukunda+? Ku bw’ico Yehova arakurakariye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika