Itanguriro 27:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”
40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”