2 Abami 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehoramu akimara kubona Yehu, aca avuga ati: “Ni amahoro ga Yehu?” Na we ati: “Hoba amahoro nyabaki+ kandi hakiriho ubusambanyi bwa Yezebeli+ nyoko n’ubupfumu bwiwe bwinshi+?” 2 Ngoma 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Na we nyene yari yarakoze ibibanza bikirurutse+ ku misozi ya Yuda, kugira ngo atume ababa i Yeruzalemu bashurashura+, no kugira ngo yirukane Yuda+.
22 Yehoramu akimara kubona Yehu, aca avuga ati: “Ni amahoro ga Yehu?” Na we ati: “Hoba amahoro nyabaki+ kandi hakiriho ubusambanyi bwa Yezebeli+ nyoko n’ubupfumu bwiwe bwinshi+?”
11 Na we nyene yari yarakoze ibibanza bikirurutse+ ku misozi ya Yuda, kugira ngo atume ababa i Yeruzalemu bashurashura+, no kugira ngo yirukane Yuda+.