2 Abami 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ko Manase+ umwami wa Yuda yakoze ivyo bintu biteye ishishi+, yakoze ivy’ububisha kurusha ivyo Abamori+ bamwitangiye imbere bakoze vyose, kandi yatanguye gucumurisha+ na Yuda ibigirwamana vyiwe vy’umwanda. Ivyahishuwe 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Yamara rero, mfise iki kintu nkugaya: ni uko urekerana urya mugore Yezebeli+ yiyita umuhanuzikazi, akigisha+ akongera akazimiza abashumba banje+ ngo bakore ubusambanyi+ bongere barye ivyashikaniwe ibigirwamana+.
11 “Ko Manase+ umwami wa Yuda yakoze ivyo bintu biteye ishishi+, yakoze ivy’ububisha kurusha ivyo Abamori+ bamwitangiye imbere bakoze vyose, kandi yatanguye gucumurisha+ na Yuda ibigirwamana vyiwe vy’umwanda.
20 “‘Yamara rero, mfise iki kintu nkugaya: ni uko urekerana urya mugore Yezebeli+ yiyita umuhanuzikazi, akigisha+ akongera akazimiza abashumba banje+ ngo bakore ubusambanyi+ bongere barye ivyashikaniwe ibigirwamana+.