Kuvayo 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Ntukice+. 2 Ngoma 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehoramu atanguye kuganza ubwami bwa se, akomeza ikibanza ciwe; yicisha rero inkota bene wabo bose+ na bamwe mu baganwa ba Isirayeli.
4 Yehoramu atanguye kuganza ubwami bwa se, akomeza ikibanza ciwe; yicisha rero inkota bene wabo bose+ na bamwe mu baganwa ba Isirayeli.